Ewe Burundi, igihugu ciza

Ewe Burundi, igihugu  ciza groupe public à considérer car très important. Informations sures et correctes

19/09/2026
Ntibisanzwe ! Muri  FLORIDA hano muri Leta zunze ubumwe za America , Umuvyeyi n’umuhungu wiwe baregwa gukora imibonano m...
19/09/2026

Ntibisanzwe ! Muri FLORIDA hano muri Leta zunze ubumwe za America , Umuvyeyi n’umuhungu wiwe baregwa gukora imibonano mpuzabitsina incuro hafi 100 ! umupolisi wo murako gace yavuze ko umugore w’imyaka 46 n’umuhungu wiwe w’imyaka 22 bakurikiranwa n’amategeko kubera ivyaha bijanye no gukora imibonano mpuzabitsina hagati y’umuvyeyi n’umwana wiwe.

Amakuru avuga ko abapolisi bahamagajwe mu rugo rw’uyu muryango inyuma y’uko Christina Clemens avuze ko umuhungu wiwe, Shane Clemens, yamukubise. Mu gihe abapolisi bariko baratohoza ivyabaye, Shane Clemens yabwiye abapolisi ko we na nyina bamaze igihe bafitaniye ubucuti bw’ibitsina, avuga ko vyatanguye amaze gushikana imyaka 18. Abapolisi baciye babaza Christina Clemens na we ngo aremera ko ubwo bucuti bwabayeho. Nk’uko Sheriff Grady Judd yabivuze, uwo mugore yabwiye abapolisi ko we n’umuhungu wiwe bakoze imibonano mpuzabitsina “hafi incuro 100 gusa.” Ngo ntibarengeje ngaho.

Umugabo wa Christina Clemens yavuze ko atari azi ivy’iyo migenderanire. Ariko yavuze ko yigeze kwibaza igituma abo bombi baja mu cumba c’abavyeyi bagakinga umuryango. Abategetsi bavuga ko ivyabaye vyatumye uwo mugore n’umuhungu wiwe bashirwa mu manza zijanye n’incest (ubucuti bw’ibitsina hagati y’abantu bafitaniye isano ya hafi). Ivyaha vyose biregwa abo bantu ni ibirego; ubutungane ni bwo buzofata ingingo ya nyuma ku bijanye n’ico caha.

Mwebwe mubibona gute? Ninde akwiye guhanwa cane hagati yabo babiri?

Src: CBS News " https://www.cbsnews.com/miami/news/florida-mom-sex-with-son-polk-county-christina-clemens-shane-clemens/

30/08/2026

🚨✍️ Iki gihe benshi muri twebwe ntitwari tuzi Tik Tok, Facebook na WhatsApp. muri commentaire abakoresheje aka kantu mukwiga utegura interrogation.

30/08/2026

Iyi Radio uyibonye uca ukumbura ikihe kiganiro ?Wakunda kumviriza chaine iyahe?Girako uvuga n'umumenyesha makuru wakunda kumviriza.

30/08/2026

Aha niheee? ??

30/08/2026

Allllooo ! !! !!

30/08/2026

Ishure ryo muri Komine mu ntara ya ni ryo ryabaye irya nyuma mu kibazo ca reta co mu mwaka w'icenda c'uyu mwaka wa 2026.

Nk'uko vyashikirijwe kuri uyu wa kane n'umushikiranganji w'indero n'ubushakashatsi François Havyarimana mu kiganiro n'abamenyeshamakuru, amashure 10 ya nyuma muri ico kibazo ni aya akurikira :

3100. Lycée Technique de la ryo muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura yamenyesheje ku bice 13%.

3101. Lycée technique 'Alliance ryo muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura : 13%.

3102. Lycée technique ryo muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura : 13%.

3103. ryo muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura : 13%

3104. ECOFO ryo muri komine Bururi mu ntara ya Burunga : 10%.

3105. ECOFO I ryo muri komine Tangara mu ntara ya Butanyerera : 7%

3106. Lycée technique ryo muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura : 7%

3107. 'idéal_de_l'Horizon ryo muri komine Mukaza mu ntara ya Bujumbura : 7%

3108. Lycée technique ryo muri komine Mugere mu ntara ya Bujumbura : 3%

3109. ryo muri komine Ntahangwa mu ntara ya Bujumbura ryamenyesheje ku bice 2%.

Muri ayo mashure cumi (10) ya nyuma, amashure munani (8) yose ni ayo mu ntara ya .

Umushikiranganji w'indero n'ubushakashatsi François Havyarimana yamenyesheje ko vyibonekeza ko hari amashure amaze imyaka aba mu yayuma. Agasaba ubugenduzi bw'inyigisho mu bushikiranganji bufadikanije n'ubugenduzi mu ntara no mu makomine, kuraba ingorane ayo mashure eka mbere n'ayandi yaronse amanota make afise, kugira ubushikiranganji bubafashe gutunganya neza inyigisho kuyo bishoboka, canke buyabuze kwakira abandi banyeshure, canke yugarwe; kuko bigaragara ko ata musaruro ariko arazanira igihugu cacu.

Address

KAMENGE
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ewe Burundi, igihugu ciza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share