Tigër älïøn bdï

Tigër älïøn bdï PROMOTER TEL:+971 0553411409 🇧🇮🇧🇮♥️❤️❤️💶TECASHY MC ♥️ ❤️ 🤳⏲️👋💪🇦🇺🎵🎵🎵🇮🇷🇦🇪

Ni  1Kirikou Kirikou A Kili  Na LinoG Umvukuri  Na Double-jay OnceAgain󱢏 Nibo   Bagiye Guhurira Kuri   Imwe   Ava Mugihu...
15/08/2026

Ni 1Kirikou Kirikou A Kili Na LinoG Umvukuri Na Double-jay OnceAgain󱢏 Nibo Bagiye Guhurira Kuri Imwe Ava Mugihugu Ca Tanzania 🇹🇿 Ariwe Harmonize Mwamenye Nka Konde Boy , Ni Show Idasanzwe izoba itariki , 22/08/2026 , Ikazobera Muntara Ya Gitega Kuri Stade Ingoma , Bwira Mugenzawe Abwire Mugenziwe Muze Dusangire Aho Ubonako Tuzoba Turikumwe Na Harmonize Womuri 🇹🇿 Na Kirikou A Kili 🇧🇮 Na Double-jay OnceAgain󱢏🇧🇮 Na Lino G Umvukuri 🇧🇮 Guys Ukaba Urumufana Wumuziki Ndundi 🇧🇮 Ndagusavye 🙏 Nturengane Utanditse Muri Coment Ati,,, 🙏 Twagiye Muri Coment 👇 Is Dio G Bad one Artist du Burundi 🔥🎵🇧🇮🇹🇿🇷🇼🇰🇪🤔🤔

 Natacha la bamba🌙☀️  🤣😂😅
14/08/2026


Natacha la bamba🌙☀️

🤣😂😅

04/08/2026


Mukomeze kwihangana benewacu imana ibirimw



please 🙏 🙏 🙏

31/07/2026


💯🤸BAD_MAN_

Woba witeguye kurya chow 🫵🫵🔥
Ibintu bizoba ari fire 🔥

🏖

🥳 Bwira mugenzi wawe abwire mugenzi we ko Final TAMBA BIC ari itarike 07/08/2026, muri croco brasseur.📌 Tuzoba turi kumw...
30/07/2026

🥳 Bwira mugenzi wawe abwire mugenzi we ko Final TAMBA BIC ari itarike 07/08/2026, muri croco brasseur.

📌 Tuzoba turi kumwe n’abaririmvyi nkaKirikou A Kili , LinoG Umvukuri na Double-jay OnceAgain. Twongere kandi dushobore kubona n'umugwi uzotsinda za miriyoni 10.

😌 Don’t miss it guys



29/07/2026

Ntimuvuge menshi kuko
Nurufunguruzo🔑🔑 rurahagurutsa ikamyo yimodoka🚛🚍
Vuba cane arabatamwo songs yiwe ya
KIBUMBI KING FT KIRIKOU A KILI

28/07/2026


Mumbarize abakora ikiyede ingene babayeho niri zuba


🙏

Nkomeze kubaha amakuru ya dubai uko vyifashe👀

🇧🇮😭 Inkuru Itari Nziza Kubakunzi B' Umuziki Ndundi 😭 Aka Kanya Tuvugana Kubera NYAMBO JESCA 🇷🇼Umusore Wanyu Yamaze Gushi...
27/07/2026

🇧🇮😭 Inkuru Itari Nziza Kubakunzi B' Umuziki Ndundi 😭 Aka Kanya Tuvugana Kubera NYAMBO JESCA 🇷🇼Umusore Wanyu Yamaze Gushika Mubitaro Afashwe Ningwara Itaramenyekana 😫🥱

Uyumusore Adrick AKIM Inyuma Yokubona Nyambo 🇷🇼 Atewivi Ubu Tuvugana Duhawe Amakuru Namasanamu Yerekana Adrick Ko Ari Mubitaro Ndetse Aremvye Cane ! Kandi Agumana Ifoto Ya Nyambo Ibi Nibiki? Umusore Wacu Yabayiki? 😩 Iyi Ni Depression 🙆‍♀️

Bamwe Bavugako Ashobora Kuba Yashatse Kwiyaka Ubuzima Akoresheje Ikinyobwa Kitaramenyekana 😩

Yoooh Urukundo 💔 Rurababaza!

Bimwe Yaririmba Vyo Kwiyahura Vyari Bibaye Iyo IMANA Idakinga 😩

Nimba Urumufana W'Umuziki Ndundi Ntiworengana Utagize Akajambo Uvuga! 🙆‍♀️

🫵Nibereye Kwa B-face On The'flo muri Réception ya Mariage Yiwe nawe uri hehe?
25/07/2026

🫵Nibereye Kwa B-face On The'flo muri Réception ya Mariage Yiwe nawe uri hehe?

Address

DUBAI �
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tigër älïøn bdï posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share