VAPO Carwash

VAPO Carwash Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from VAPO Carwash, Automotive, aircraft & boat, Rohero, FIDODIDO, Bujumbura.

Dukorera muri Rohero urupangu rufatanye na Fidodido. Turoza neza cane imiduga dukoresheje Pression, Aspirateur, mousse a...
12/09/2023

Dukorera muri Rohero urupangu rufatanye na Fidodido. Turoza neza cane imiduga dukoresheje Pression, Aspirateur, mousse active muguhanagura intebe na tapis bigatuma imodoka itamota nabi, na simonize indani, na produits ihanagura ama pneus na jentes, ivyo vyose kuri 10.000 fbu gusa.
Gusimoniza irangi ni 20.000 fbu
Guhanagura amatara 10.000 fbu
Démontage, 40.000 fbu
Turafise na comptoir Aho ushobora kuba urafata Aka brochette n'agacupa mukurindira ko duheza kugoreza imodoka

Dukorera muri Rohero m'urupangu rufatanye na Fidodido. Turoza neza imiduga dukoresheje Pression, Aspirateur, simonize na...
29/08/2023

Dukorera muri Rohero m'urupangu rufatanye na Fidodido. Turoza neza imiduga dukoresheje Pression, Aspirateur, simonize na mousse active muguhanagura intebe na tapis bigatuma imodoka itamota nabi. Turakoresha na produits ihanagura ama pneus n'a jente, ivyo vyose kuri 10.000 fbu gusa.
Turahanagura amatara kuri 10.000 fbu. Gusimoniza irangi ni 20.000 gusa. Karibu

Dukorera muri Rohero m'urupangu rufatanye na Fidodido. Turoza neza imiduga dukoresheje Pression, Aspirateur, Simonize, m...
18/08/2023

Dukorera muri Rohero m'urupangu rufatanye na Fidodido. Turoza neza imiduga dukoresheje Pression, Aspirateur, Simonize, mousse active kuntebe n'amatapi kugira imodoka ntimote nabi, na produit yo kuma pneu na jente kugira zigume ziyagayaga. Ivyo vyose kuri 10.000 fbu gusa. Gusimoniza irangi ni 20.000 yonyene

Dukoresha mousse active muguhanagura intebe na tapis bigatuma imodoka itamota nabi. Turakoresha kandi na produits ihanag...
12/08/2023

Dukoresha mousse active muguhanagura intebe na tapis bigatuma imodoka itamota nabi. Turakoresha kandi na produits ihanagura ama jantes na pneu.
Murashobora gufata abonnement mukariha kukwezi
Abonnement 60.000 fbu/ mois

VAPO Carwash, ROHERO à côté de FIDODIDO. Dukorera muri Rohero, m'urupangu rufatanye na Fidodido. Nous avons un service d...
12/08/2023

VAPO Carwash, ROHERO à côté de FIDODIDO. Dukorera muri Rohero, m'urupangu rufatanye na Fidodido. Nous avons un service de très bonne qualité avec des équipements et produits appropriés au lavage automobile.

29/07/2023

Address

Rohero, FIDODIDO
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when VAPO Carwash posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share