ANCT Burundi

ANCT Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ANCT Burundi, Motor Vehicle Company, Avenue du Stade, Bujumbura.

La localisation direct de l'Association Nationale des Chauffeurs des Taxis
15/11/2019

La localisation direct de l'Association Nationale des Chauffeurs des Taxis

la localisation direct de l'Association Nationale des Chauffeurs des Taxis en sigle ANCT
15/11/2019

la localisation direct de l'Association Nationale des Chauffeurs des Taxis en sigle ANCT

02/11/2019
ANCT ,irahimiriza caan abarundi gukoresha ubwo buhinga ngo kuko burizewe caane,koresha TAXINAV ,wongere uyi telecharger ...
02/11/2019

ANCT ,irahimiriza caan abarundi gukoresha ubwo buhinga ngo kuko burizewe caane,koresha TAXINAV ,wongere uyi telecharger kuri telefone yawe,biranyaruka

ANCT ,Association Nationale des Chauffeurs des Taxis,irahumuriza kandi ikamenyeshako ubuhinga ibazaniye bwa TAXINAV ko b...
02/11/2019

ANCT ,Association Nationale des Chauffeurs des Taxis,irahumuriza kandi ikamenyeshako ubuhinga ibazaniye bwa TAXINAV ko bwizewe kndi buzofasha abenegihugu haba kubiyunguruza ,canke kubatwara ama taxi

vuba bwango volksnav na ANCT turabashikiriza taxinav,ubuhinga bwizewe na bose,kndi bunyaruka
28/09/2019

vuba bwango volksnav na ANCT turabashikiriza taxinav,ubuhinga bwizewe na bose,kndi bunyaruka

28/09/2019

Gerard NIYONGABIRE president de l'ANCT aramenyesha kandi agahamagarira aba chauffeurs bama taxi ko batozwa barahendwa nabaribo bose ko babazaniye ubuhinga mubijanye na technologie,application yemewe gukora muma tegeko ari TAXINAV yishirahamwe VOLKSNAV

28/09/2019

Umuyobozi mukuru wa association des chauffeurs des taxis NIYONGABIRE Gerard aramenyesha ko abenegihugu tugiye kuronka ubuhinga bwiza kandi bwizewe buzanywe na societe yitwa VOLKSNAV,ubwo buhinga subundi ni aplication yitwa TAXINAV

Addresse pfysique de l'ANCT
28/09/2019

Addresse pfysique de l'ANCT

Address

Avenue Du Stade
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ANCT Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share