Tugirimana JBaptiste

Tugirimana JBaptiste Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tugirimana JBaptiste, Automotive Service, Bujumbura.

WOW Hong Kong 2023
19/03/2023

WOW Hong Kong 2023

Coinlive.com - Independent news network delivering cryptocurrency news from Singapore, Asia, and around the world. Explore emerging fintech trends, blockchain adoption, utility, implementation, and real-time updates from the worlds of DeFi & CeFi.

INKURU NZIZA KUBARUNDI BOSE, NACANE CANE KUBARWAYE N'ABARWAJE.INKURU NZIZA NUKO IKIGO *NA-NU-MAT* GIKOMOKA MUBUHINDI GIF...
03/03/2023

INKURU NZIZA KUBARUNDI BOSE, NACANE CANE KUBARWAYE N'ABARWAJE.

INKURU NZIZA NUKO IKIGO *NA-NU-MAT* GIKOMOKA MUBUHINDI GIFISE UBUHINGA BWOGUFASHA NO KUVURA ABAGWAYI BAGAKIRA BAKORESHEJE NIBINDI BIKORESHO BIPIMA, BIKORA MASSAGE N'IBIKURA AMA TOXINES MUMUBIRI IVYUMA DUFISE NIBISHASHA VYAVUYE MUBUHINDI. .
_WhatsApp +257 71342631_
MN: MURI *NA-NU-MAT* BARAVURA UGAKIRA BURUNDU, ABAMAZE KUVURWA BARASHINGA INTAHE UBU.

INDWARA BARIKO BARAFASHAMWO ABANTU BAKANEZERWA

NIZI👇🏻:

*↗. KUBABUZE URUVYARO BARAVURWA*
*↗.DIABETE*
*↗. HYPERTENSION*
*↗. ASMA*
*↗. ESTOMAC*
*↗. HEMOROIDE*
*↗. Amafyigo*
*↗.UMUVYIBUHO URENZE*
*↗.INTANDARA*
*↗.KUBAGORE* *BATAGIRA UBUSHAKE MUMIBONANO MPUZABITSINA*
*↗. INFECTION*
*↗.UMUSONGA*
*↗.UMUTWE* *UDAKIRA*
*↗.HEPATITE A,B,C*
*↗.KUBABARA* *UMUGONGO(hernie discale*
*↗.KURIBWA CANE MUGIHE URI MUMIGENZO*
*↗.Abariye uburozi + Ishano*
*↗.INGWARA ZIFATA AMENYO*
*↗.GUTURAGURIKA MUNGINGO*
*↗.KURANGIZA VUBA MUMIBONANO MPUZABITSINA*
*↗.KUBATAJA MUBUTINYANKA. NABAJAYO BITARI KURUGERO RWIZA.*
*↗.)CONSTIPATION ( KUZURINDA )*
*↗. sinezite*
*↗. kubadamu batagira amavangingo canke bafise make*
*↗. Cancer*
*↗. KWUMA MUGITEREKO*
*↗. KUTARANGIZA HABA KUBAGABO CANKE KUBAGORE*
*↗. IBIVYIMBA IVYARIVYO VYOSE HARIMWI NIVYO MUGITEREKO*
*↗. DÉPLÉTION*
*↗. NIBINDI ....*

⚠️USHAKA KWIVUZA CANKE KUVUZA UWAWE, UCA WIYANDIKISHA KUWUBIJEJWE AGACAGUHA RENDEZ VOUS. KANDI KWIYANDIKISHA NI KUBUNTU.

⛔ NTAWAKIRWA ATASAVYE RENDEZ-VOUS. IYANDIKISHE BAGUHE RENDEZ-VOUS ```✍️KURI WhatApp +257 71342631```

*NB:IMBERE YOKUKUVURA MUGIHE UDAFISE IBIPIMO BISHASHA TURASHOBORA KUBANZA KUGUPIMA IMBERE YUKO TUKUVURA.*

🛑NYARAGASA WIYANDIKISHE UVURWE, UKIRE BURUNDU, KANDI NTIBIZIMVYE.

*TURIKO TWAKIRA ABANTU TUBUMVIRIZA KUBUNTU URIHA IBIPIMO UKAGURA NINGABURO GUSA, KANDI TUGIRA IBIPIMO VYA EXAMEN GÉNÉRAL*

MBEGA MURASHAKA GUKIRA ? MURITEGUYE GUKURAHO BURUNDU ICABATEYE UBURWAYI KUGIRA MUKIRE BURUNDU ? KAZE MURI *Na-nu-marchet

_@ITANGAZO rijanye(Nakazi)🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇸*FORMATION* *```PROFESSIONNELLE_* *Plus d info +257 71342631BIRAMENYESHEJWE ABAN...
26/02/2023

_@ITANGAZO rijanye(Nakazi)🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇸*FORMATION* *```PROFESSIONNELLE_*

*Plus d info +257 71342631

BIRAMENYESHEJWE ABANTU MUKENEYE ICO GUKORA (AKAZI) 👈👈 *N. N. MARKET* *IKIGO KIVA MURI LETA YA *California- AMERICA🇺🇸* NIGISHASHA CASH*TSE AHIWACU🇧🇮 *IBURUNDI*🇧🇮, KUBWIVYO CIPFUZA ABANTU BARONDERA(AKAZi)👈👈 KUGIRA GISHIRE MUNGIRO IBIKORWA VYACO✍️*```

IKIGO *N. ```N. MARKET* cabateguriye inyigisho (formation)👈 zihambaye kugira ```kironke _abakozi👈 babishoboye_ kizokoresha muntara zose zigize igihugu cacu no mur EAC 🇹🇿🇧🇮🇰🇪🇺🇬🇷🇼🇸🇸
Ugisoma ubu butumire iyandikishe kuwubijejwe kugira uje kurutonde rwabazakirwa kndi bazoca bamenyeshwa nivyo gukora murico kigo batangure gukora ibikorwa``` bitandukanye.```
NB:buriwese asabga:
1) *kwiyandikisha utiyandikishije ntuzokwakigwa kuko _hazokwakirwa abari kurutonde*.```
```
_2) *Wemerewe kuzobamwo, urekuriwe kwandikisha Nabandi ikigo cipfuza abantu bakwiye boja _gukora mugihugu cose no mubindi bihugu.*_

3. *Ikibanza cahazobera inyigisho ni Mutanga nord haruguru gato ya Universite Lumiere. Gutangura Ni 9h45 ucerewe kwisaha wahawe uzoca usubizwa inyuma naho uzoba wiyandikishije_*```

```_Iyandikishe kuko ibibanza biraharuye bikwiye ntuzakirwa. WhatsApp/Tel``` :

*+ _257 71342631_*
✍️ *IKIGO N. N. MARKET*✍️✍️✍️✍️✍️✍️

28/12/2022

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tugirimana JBaptiste posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share